Imana ifitiye imigabo myiza Ihanga ryayo

IMIGABO IMANA IFITIYE ABANTU BOSE N’UKUBAGIRIRA UBUNTU

ABAROMA 11:29_30.

29_Kukw ingabire z’IMANA no guhamagara kwayo itavyicuza.

30_Nk’uko mwebwe kera mwagarariza IMANA,Ariko non’umugararizo wabo wazaniye mwebwe kugirirwa imbabazi.

ZABURI 112:5_6_7_8_9_10.

5_Hahirwa ugira neza,akagurana abandi,Agakora ibikorwa vyiwe uburyo butunganye.

6_Kukw atazokwigera anyiganyizwa, UMUGOROROTSI azokwibukwa ibihe bidashira.

7_Ntazotinya inkuru mbi,umutima wiwe urahamye,wizigiye UHORAHO.

8_umutima wiwe urahamangiye,ntazotinya,gushitsa ah’azokwibonera abansi biwe.

9_Yatanze isabagire,yahaye abakene,ukugororoka kwiwe kwamah’ibihe bidashira.ihembe ryiwe rizoshirwa hejuru Mu cubahiro.

10_Umunyakibi azobiraba,ababare,azoryanya insya z’amenyo,ahwere Mu kajisho,ico umunyakibi yipfuza kizobura. AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU