Yesu ashimwe cane, Shalom!
MATAYO5:7 Hahirwa abagira imbabazi kukw’a
ri bo bazozigirirwa.
Uhoraho yame adushoboza kugira imbabazi.Mwenedata wiyubare kugira satani ntagutware ubushobozi bwokugirira imbabazi abagucumuyeko. imbabazi z’Imana ziri Ku bantu bazisabana umutima uciye bugufi.Niwige gusaba imbabazi,wige no kuzitanga.
Urukundo abe arirwo rukuranga.Ntukabwire mwene so ngo nzoguha ejo kandi warufise icumuhembuza.
Dusenge:Mana data rugira vyose,ndagushimiye kubw’amajambo yawe,ngwino utubabarire ivyaha vyacu vyose kandi udushoboze nogutanga imbabazi ni mw’izina rya Yesu Kristo twizeye, Amen.