Bibiliya Yera mu kirundi : Ushobora kuyigendana muri telephone ngendanwa yawe.

BIBILIYA fyonda aha

bbliyaImana irakunda ihanga ry’abarundi. N’ubuhinga bwa none bwarazanye bibiliya Yera burayigushikiriza kuri gusa. Ushobora kuyigengana muri telephone ngendanwa yawe.

Ngiyo yikwegere muri telefone ushobore kuyisoma aho ushakiye naho ugeze hose.