Ihanga ry’Imana ABISEZERANO ribipfurije kugira isabato nziza

Ukwemera kwanyu kube ukwuzuye kandi ntimukabe ba nyamujiryanino. Wumire kuco Uhoraho Imana yakubariye.

Ihanga ry’Imana ABISEZERANO ryipfurije aba adventistes b’umunsi w’indwi bose hamwe n’abaruhuka isabato bose akaruhuko keza.

Umwami Yesu abazigame.