Ikanguro: Ishengero ry’Abadiventiste b’umusi w’indwi mugihugu c’ UBURUNDI

ITANGAZO Ishengero ry’Abadiventiste b’umusi w’indwi mugihugu c’ UBURUNDI ryarabateguriye ibikorane bidasanzwe bizoba mugihugu cose vyitiriwe TMI(TWESE HAMWE MUGIKORWA C’IVUGABUTUMWA) Kuva kwigenekerezo rya 6/07/2018 gushika kwigenekerezo rya 21/07/2018 murahawe ikaze igihe niki co kurondera Imana kandi ntimwirengagize ubu butumire kumitumba yose ishoboka ivyobikorane bizohakorerwa kaze kaze kaze twitegurire hamwe gutaha iwacu mwijuru!!*