Abalewi 18:1-5 Uhoraho abarira Mose ati Barira abisirayeli uti: Niwe Uhoraho Imana yanyu. Ntimuze mukore nkivyo abari mu gihugu ca Egiputa bakora, abo mwahora mubamwo; kandi ntimuze mukore nkabo mu gihugu c’ikanani bakora, iyo abajanye kuba: ntimuje mukurikire amabwirizwa yabo…