*MENYA UMUTI MWIZA MUKUNDA KWIRENGAGIZA*
🤷♂🤷♂🤷♂🤷♂🤷♂🤷♂🤷♂🤷♂🤷♂🤷♂
*GUPFUMBATANA*
Naho abantu benshi babikora kenshi batabizi, gupfumbatana ni kimwe no guhoberana canee ni vyiza cane kubuzima, kuko vyongereza canke bikarinda umubiri ibi bikurira:👇👇👇
🌿 *Bigabanya ivyago vyo kwandura indwara z’umutima*
🌿 *vyongereza ubwonko ubushobozi bwo kwibuka,bikagabanya ukwibagira*
🌿 *vyongera kubana neza n’ubwumvikane hagati y’abakundanye (abashakanye) vyoba vyiza kubikora kenshi gashoboka*🤷♂🤷♂🤷♂
🌿 *gufumbatirana Bigabanya umuvuduko w’amaraso ukabije*🤷♂🤷♂
🌿 *Bigabanya stress(akajagari ko kwiyumvira cane canke ko mumutwe) no kwigunga kuburyo bugaragara. Igihe wumva uri wenyene guhobera umuntu muvyumva kumwe bigufasha kumva uruhutse, umerewe neza*🤷♂🤷♂
🌿 *Burya guhoberana cane,kimwe no gupfumbatana bituma ubwonko busohora umusemburo witwa « OXYTOCIN » (soma ogisitosine), Uyu musemburo utuma umubiri umererwa neza ndetse ugatuma wiyumvamwo abantu » mbere muri make twovugako ukongerera gukunda abantu »*
🌿 *Kubera umusemburo twavuze ubwonko busohora,guhoberana cane kimwe no gupfumbatana Bigabanya ububabare.*
👉 *Hanyuma niwumva uriko urababara ahantu aharihohose uzohobere uwo wiyumvamwo hejuru y’amasegonda 6 uzotubwira.*🤷♂🤷♂
*kubafise abobafumbatirana canke bahoberana nobabwirako mwoza mubikora*🤷♂🤷♂🤷♂🤷♂
Muri Aziya nabonye hariho n’ubwoko bw’ibiti bahobera maze bakumva mitende. Hariho nabavuze yuko bibatera akanyamuneza iyo bababaye.