Abadanza bo mw’isoko ya Ruvumera bazindutse bahagarika akazi kabo ko kudandaza

Abadandaza badandariza mw’Isoko rya Ruvumera ubu tuvugana ntiriko irakora bahagaritse imirimo mu kwugara ibibanza bitewe niduzwa ry’ibiciro bivuye kuri Taxi OBR yabasavye kuriha kuyo bahora bariha bakavugako bariko bakora bahomba mwomenya ko iryo tegurwa ryihagarikwa ryo kudandaza amatwi adusumira ko no mumasoko ya Kinama,Kamenge,Kanyosha bariko babitegurana na bamwe mubandandaza badandariza mwayo masoko bafadikanije nabamwe mubarongoye ayo masoko.