Abarundi hariho imungu iri mu mitima yabo itegerezwa kuranduranwa n’imizi. Iyo irangwa mu bafise amabanga y’igihugu ikamera nk’umuco w’ubuhizi.

- Kuzimanganya ubuzima bg’umuhutu nuwumushigikiye
- Kunyaga urukombamazi umuntu n’abamushigikiye
- Gukenesha abantu nokubategeka kuririmba ko bateye imbere: komine Rutegama, na Komine Mwumba na Ruyigi nizozakoreshejwe cane
- Gushiraho système i na u kugira umuhutu ntazokwige canke yige ibidafashe hakiyongerako ishare shingiro na école d’excellence.
- Gutegura inyigisho, kuburyo abantu biga ariko ntibige kwiyumvira
- Kwigisha abantu guhemukirana, nogushimira uwuhemuka gusumvya abandi
- Gufuta burundu icitwa ubutungane, hagakora igikenye n’ingimba igiturire kigafatwa ibisanzwe.
Iragi ribi dukwiye kuriheba ibintu bigahinduka.