Umuntu wese yihanye ivyaha akezwa areme naho yoba ari mu bihe bigoye

Aho uri hose n’ivyo urimwo vyose umenye yuko Uhoraho Imana akubona kandi aguhozako Ijisho nimba warihanye ivyaha ugahitamwo kwama ugororotse kuko iryo niryo sezerano twahawe.