
Ejo igenekerezo rya 30 isaha icende ku murango isaha yi Burundi, tuzoba duhejeje kuzunguruka Inzitiro za Yeriko y’Uburundi incuro 7. Twese abari mu gihugu n’abari mu mahanga, abapfunzwe n’abahunze n’abafise ibibazo bitandukanye; tuzovuza inzamba dukome n’akaruru maze Uhoraho Imana atabare igihugu cacu, Ishengero n’Abarundi. MUHEREREKANYE UBU BUTUMWA BG’AMASENGESHO