

Haraye hafashwe mukibumbu (Kayokwe) kuruno w’Imana igenekerezo rya 07/01/2024/mu nzu yitwa ko ikora ivya pompe funèbre yitwa pompe funèbre umugenzi yuwitwa Felix batazira Bébé akorana nuwitwa Bertrand murayo munyanga ama cercueils biboneka ko yazuwe nkuko muvyibonera kugira azosubire kugurishwa
Abajejwe umutekano bamaze kuronka ayo makuru ko iyo nzu ikora amanyanga nkayo baciy baja kuharaba basangayo ayo ma cercueils ubu bariko bagira enquetes
Nimugihe hari imva yaheruka kubomoka inyuma yukwezi kumwe bayikoze, umuryango ukaba wagarutse kuyikoresha ubwa kabiri ico gihe uwari yayikoze Bertrand yanyegeye