
Hari ku munsi wa Kane ingenekerezo rya 11/01/2024 mumasaha yomugitondo kumutumba murago komine gatara intara ya kayanza .Uyumubona yitwa ciza Élie mwene caloline avuka kumutumba nyabikaranka zone kabuye komine nintara ya kayanza yafatiwe muri komine gatara yivye impene kumutumba murago abamufashe baca baramukubita amakuru atangwa hafashwe ingingo yokumwegereza ubutungane bukorera kwi komine gatara abamujanye ntibamushikanye baciye bamucira urubanza acarapfa baca bazaguta okiziga hagufi yibiro vya komine .ubu akabari yaciye ajanwa muburuhukiro kubitaro vyo mu kayanza mukurindira benewe. Ubutungane bukaba buriko bukora amatohoza yabari bamujanye kumu opj gatara Hama ntibamushikiriza ibutungane bujejwe
Ubutungane n’izindi nzego z’igihugu zikwiriye gukora ivyo zagenewe kandi n’abantu bose ubgabo bakwiriye kwigishwa kuba abantu no kubabarana.