Musitanteri wa komine Mugamba amenyesha ko abo bakubiswe n’inkuba bariko baravurwa. Venuste Ntahombaye asaba abofasha abanyagihugu bo ku mitumba ya Ruhinga, Mubira, Mukike, Gakaranka na Kivumu, mu kubaronsa cane cane izindi mbuto.