Umuntu atihanye ivyaha ngo yezwe nti yirirwe arifatanya n’abandi basengera igihugu.

Imana iragomba yuko abantu bihanye ivyaha bakezwa abe aribo baduga umusozi w’amasengesho gusengera igihugu c’Uburundi. Abandi ngo ni bisigireho bareke kwiyamvya kuko ntavyo boshobora kuko n’urugamba rwabahizi mu kwizera be n’ukugororoka.