
I BUJUMBURA IBINTU BIKOMEZA KUBA NABI CANE:
Ubu nye Dimanche le 9/06/2024
đđŸUko kwiyumguruza vyifashe kubari muri ville:
- Ville -Kanyosha 10.000fbu k’umuntu umwe,
- Ville- Ruziba : 15.000 kumuntu
- Ville- Musaga : 7.000 Ku muntu 1
- Ville-Kinindo : 7.000 kumuntu
- – Ville- Carama* : 15.000 Ku muntu
- Ville- Kamenge : 10.000 Ku muntu,
- Ville- Gatumba
: 20.000 kumutu
N.B: Ahantu Hafi yanyuma uva ville ni 5.000
BUJA – INTĂRIEUR
- Bja- Bugarama: 15.000
- Bja-Kayanza: 25.000
- Bja- Ngozi : 35.000
- Bja- Muyinga: 45.000
- Bja-Kirundo: 50.000
- Buja-Gitega : 20.000
- Bja-Ruyigi: 40.000
- Bja- Cankizo: 50.000
- Bja- Makamba: 40.000
- Bja- RUMONGE: 15.000
- Bja – Nyanza: 30.000
- Bja- Rutana : 30.000
- Bja-Mwaro: 20.000
- Bja Cibitoke 15.000
- Ubajije abashoferi bavuga ko igitoro bakironka Kuri magendo iritiro imwe bakayigura 20.000 ngo naho baduza Uko baruhira guhomba!!!