Ivyo bavuga ngo President Ndayishimiye yatoye ahanyegeje ubutare n’ibihendabana.

Ubutare mu gihugu c’Uburundi bgagumye bgimbwa bugatungisha bamwe ntihagire n’ico bumarira Abarundi. Aho umukuru w’igihugu avuga yuko yatoye ngo aba coloni banyegeje ubutare ni ikinyoma cikwije.

UBUTARE

Ninde yibuka, abantu bigeze gufatigwa mu Kayanza, bakuye ubutare coltan mu Kirundo?

None ubwo butare, bwimbwa na nande? Bari Ababirigi?

Kubatavyibuka, nigihe NDAGIJIMANA Visenti, yari murugamba rwo kugwanya forode
Ndurenga agafungwa
Karori agafungwa

Kenny Claude akaba igikoresho co kudodobereza abantu.

Hari ubutegetsi wo mu Kayanza, yanamutumye, ngo andyosharyoshe, ngende kumuraba ncemfatwa, ngirango bari bateguye umufuko w’ubutare baca banyagiriza.

Aha nshatse kuvuha iki?

SE NEVA arabe neza amakuru ahabwa kuvyubutare.

Societe COMEBU imaze imyaka myinshi yimba ubutare.

Mukazi nagiye ndakora, ndazi henshi (mbere ni nka hosw) himbwa ubutare, kuko impusha zatangigwa hafi yanje: nabakora batagira impusha twari tubazi, naho atanguvu zo kubahagarika twari dufise.

SE NEVA niyigirire amatohoza yiwe, kuko amakuru atangwa nabasanzwe bari muri circuit, anyegeza ukuri.

Ubutare bwo kiza u Burundi mu mwanya muto.

Murabona nkubu, harya bahimba atamuyahankuba, ariko kugira bagume, bimba, bazohava bavuga ko hakenewe, umuyaga kuba, nibarabara ry’indarayi

“Aha harimwo ububeshi bwinshi
Le bureau de recherche géologique Allemand (BGR)bamaze 4ans kuruwo musozi bagira évaluation,hariho des puits fermés et galeries d’anciennes exploitations et de recherches.
Si ukunyegeza niuko quand tu termines les recherches ou tu fermes l’exploitation
Les normes de protection du travail miniersç exigent que tu bouches les trous et galeries pour éviter des accidents🤷‍♀️🤷‍♀️
(Nivyo twize mw’ishule)👍👌.

Je faisais partie de l’équipe de recherches surtout pour les travaux miniers(puits et galeries anciennes)
Les rapports et plans +reserves se trouvent dans la bibliothèque de la Géologie &Mines (OBM,).”

Biboneka yuko umukuru w’igihugu bamutesha umwanya bigatuma nawe abesha Abarundi ngo hari gishasha kandi ari ibihendabana.

Abantu bakwiriye kuvugisha ukuri ibintu vyose bikaja mu muco”