
đ„č #Cibitoke: yaciye kuraba asanga ahahora amafaranga hari umunyota
Ku mutumba wa Kibaya 2, agacimbiri Gitungura, zone Gahabura ya komine Bukinanyana mu ntara ya Cibitoke, umudandaza w’ibiti yaregeranije amafaranga angana na 3.400.000 FBu buca aja kurangura, bukeye agiye kuraba yasanze yahiye, hari ku musi wa 4 Mukakaro 2024 , igihe c’isaha 6
Musitanteri w’iyo komine Bukinanyana ati: « Haradutse umuriro mu nzu, ntaco bokoye co kimwe n’ayo mafaranga. Nta wuzi icatumye uwo muriro waduka. Ubu uyo mudandaza ClĂ©ment Ntirandekura apfungiwe muri komisariya y’igiporisi ya komine Bukinanyana kuva ico cago gishika, akaba ariko arabazwa