
Mutegerezwa gutambuka kubera ubukene bg’igitoro mugabo kandi mwiyubare n’akaranda kuko karndukira cane mu bisagara.
nkuko tumaze imisi tuvyumva ndetse abandi bakavyibonera ibijanye n’ indwara y’akaranda yaje itavyorosha. Hari ababifata nk’imigani ariko igikuru nuko mwotangura gukurikiza amabwirizwa ajanye no kwikingira indwara y’akaranda MPOX
Abanya bujumbura namwe birabaraba
Nk’uko tubisanga mu kinyamakuru jimbere magazine ng’ibi bimwe mu biharuro vy’abanduye aha mu gisagara ca bujumbura bimaze kumenyekana .
Woba wibuka amabwirizwa ajanye no kwikingira iyo ndwara ?
Uburyo bgo kuvura iyo ngwara buranazimvye ku rugero kuko igihugu gisanzwe kiri no mu bukene.