Ufate umwanya wo gusenga mu kwinjira mu kwezi kwa Ruheshi.

ITANGAZO: Uratumiwe kwiyeza no kugira ico ubariye Uhoraho Imana ku magenekerezo ya 1-2-3 uku kwezi kwa 6 kwo kwishurirwamwo, Imana igiye gutega ugutwi abayubaha maze bakayambaza nayo ikabishura. Mu kwitanga tuzosengera amasezarano y’igihugu cacu. Kaze wifatanye n’Ihanga ry’Imana, Amen! Rungikira ubu butumwa n’abandi.