Amasengesho yo gusengera amasezerano y’Igihugu c’Uburundi-IHANGA RY’IMANA

🚨🔥💥🇧🇮🟢AMASENGESHO: Aho bukera kuw’Imana, turasozera ya ndwi y’amasengesho Nyen’icubahiro Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Evariste Ndayishimiye yatangaza kuri wa munsi ugira gatatu w’igikorane. Yuko amadini n’amashengero afata indwi yo gusenga. Yari amasengesho yo gusaba Imana ngo yirukane ibisigo n’abadayimoni bononye igihugu cacu. Indwi yatanze irarangiye ariko amasengesho ntararangira kuko Abarundi nk’Ihanga ry’Imana tuguma dusenga kugira ngo Uhoraho Imana arandure ibiti vyose atateye mw’ishamvu ryiwe maze adushitseko amasezerano meza yadusezeraniye. Utahura iryo sengesho usige Amen 🙏🟢🇧🇮❤️✍🏾

Laisser un commentaire