Freddy Sabushimike yiyita Bishopu yafashwe n’igipolisi ajanwa gusomerwa ivyavuye mu ntahe y’icese.

🚨💥🔥🔴Freddy SABUSHIMIKE yitazira Bishopu agatera ubgoba abantu ngo ni umu komosiyoneri w’Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye yafashwe n’igipolisi c’Uburundi ajanwa gusinyishwa urubanza Sentare Nkuru ya MUHA yamuciriye. ⚖️💥✍🏾 🔴Yigira intumwa y’abategetsi, akambara ikaruvati kandi akaguma yinjira mu bushikiranganji muvyo bujejwe harimwo amashengero n’amashirahamwe, atwaye impapuro z’amahendu agahindura amazina y’amashengero, amategeko ayagenga n’abarongozi bazwi ku ngurire […]