IGITABU: “Ibinyegurure n’ibinyegururwa vy’ibinyegezwa.”
Ibinyegurure n’ibinyegururwa vy’ibinyegezwa ni igitabu c’inyigisho zo mw’ishure rya Mariya na Toma, Sofiya na Filipo hamwe no kwigishwa na Henoki. Ni ibinyegurure vy’ibinyegezwa kuko iyo biba ibinyegururwa vyari kuba vyari vyanyegejwe hanyuma bikamurikwa bitari bisanzwe biriho. Ibi vyo vyari vyabanje kumurikwa bica biranyegezwa bibona kwitwa ibinyegururwa kuko vyari vyanyegejwe. Bavyitirira abihebeye uwo batazi n’abahamagawe n’uwutaboneka […]