REGIDESO: Abarundi bobura amazi meza yo kunywa bigenze gute?
Hoba hariho impamvu yotuma abarundi babura amazi meza yokunwa, cane cane ababa mu bisagara Ntampamvu nimwe yumvikana, ituma tubura amazi. Kimwe mubintu abarundi duhaya ni amazi, kanatsinda isoko rya NIL riri aha mu Burundi. Uburundi bugizwe nimitumba ibihumbi, kandi iyo misozi izungutswe n’amasoko y’amazi… Igito c’amazi ya Rusengo cubakwa n’imifuko itarenga ibiri y’isima, …. None […]