Uburundi bgoba bukwiriye kurenza ubushikiranganji 12 uravye uko bungana n’ubutunzi bufise iki gihe!

Igihugu kingana nu Burundi ntigikwiye kugira Ministère zirenga 10 Muntumbero yogukingira ubutunzi bg’igihugu noguha akazi ababishoboye, iyi mpinyanyuro yokugabanya ubushikiranganji, irakenewe, intererano ntanze, y’ubushikiranganji bukenewe: Ubushikiranganji bg’ubutungane n’intwaro y’igihugu. Ubushikiranganj bgo kwivuna abansi n’umutekano. Ubushikiranganj bg’imigenderanire, ugufanya n’makungu no kumenyesha amakuru. Ubushikiranganji bg’ubutunzi n’iterambere. Ubushikiranganji bg’amasoko ntanganguvu n’ubutare. Umushikiranganji bg’ubudandajo no gutumatumanako. Ubushikiranganji bg’inyubako no […]