Aller au contenu principal
  • Accueil
  • Inyenyeri y’Isezerano
  • Radio Isezerano
  • Radio KURO
  • YouTube
Recherche
Fermer

Ihanga ry Imana

Amakuru y'Ishengero rya Yesu Kristo- Ihanga ry'Imana:+257 68151545 canke +1 914 448 3650.

Auteur : Ihanga ry-Imana

Turi Ishengero rya Yesu Kristo- Ihanga ry'Imana.

Uwivye aba ariko aritabariza kubera inzara n’uwibge aratabaza ngo imirima yiwe ikingirwe

Lien16 avril 2023 Ihanga ry-Imana

Komine Busiga : Bafashwe mu mirima biba imyumbati. Henshi mu gihugu haravugwa ubusuma mu mirima. Abo ni abafashwe ku wa gatatu uheze bariko biba imyumbati mu mirima. Hari ku musozi wa Nyange, komine Busiga mu ntara ya Ngozi. Bisiguye bavuga ko babikoreshwa n’inzara. Ico kibazo kiriko kiravugwa cane no mu zindi ntara nka Gitega, Bururi […]

Navigation des articles

Articles précédents
Articles Plus Récents
Uko abantu baguma bangana kw'isi ubu.

WIGE IKIRUNDI

Créez un site Web ou un blog gratuitement sur WordPress.com.
Revenir en haut
Confidentialité & Cookies : Ce site utilise des cookies. En continuant à utiliser ce site, vous acceptez leur utilisation.
Pour en savoir davantage, y compris comment contrôler les cookies, voir : Politique relative aux cookies
  • S'abonner Abonné
    Ihanga ry Imana
    Rejoignez 398 autres abonnés

    Vous avez un compte WordPress.com ? Connectez-vous maintenant.

  • Ihanga ry Imana
    Voir le site dans le Lecteur
    Gérer les abonnementsS’inscrireConnexion
    Signaler ce contenu
    Réduire cette barre
Chargement des commentaires…