Imburi kw’Ihanga ry’abarundi abari mu gihugu n’abari mu mahanga
IMBURI KU BAREMWE BOSE IHAMAGARIRA UMUNTU WESE KWIHANA KWIYEZA NO GUTUNGANYA INGESO ZIWE NKUKO UHORAHO YABITUGEZE (YOSHUWA 7:13) �� Ihanga Ryera ry’Umwami Mana rirabandanya guhamagarira amasinzi y’Abarundi n’abanyamahanga kwihana, kwiyeza no gutunganya ingeso zabo nkuko Uhoraho Imana yabitegetse. “Yoshuwa abarira abantu, ati ni mwiyeze, kuko ejo Uhoraho azokora ibitangaza muri mwebwe” Yosuwa 3:5. – Hariho […]