Semerere mubwire Abantu bose bihane, biyeze kandi bareke guta umwanya mu bitagira akamaro.

SEMERERA MUBWIRE ABAREMWE BOSE BIHANE BIYEZE KANDI BAHINDURE INGESO ZABO NTIMUTE UMWANYA MUBITAGIRA IKIMAZI KUKO HARIHO ICO UHORAHO IMANA AGIRA ABAKORERE. Misionari wa mbere yaje mu Burundi mu mwaka 1935 yitwa Ure avuye muri Sweden, muri uwo mwaka nyene yatanze imburi avuga ko yabonye umuriro utibuka uvuye mw’ijuru, utibukira ku gihugu c’Uburundi; hanyuma urasanzara ukwira […]