Intahe n’amashimwe y’Ihanga ry’Imana
ICUBAHIRO N’AMASHIMWE K’UHORAHO IMANA YACU Ihanga Ryera ry’Imana rifise umunezero ntangere kubwo Uhoraho Imana akomeza kwiyerekana mu gihugu iwacu no mu mahanga. Inyuma yo gukiza ingwara zananiye abahinga zitandukanye, Uhoraho abandanya gukora ibitangaza binyuranye kugera ngo yerekane yuko ari kumwe natwe. Abavyeyi bamaze imyaka itandatu na cumi barasama, bakibungenga bakanibaruka ibibondo bigakira. Imana yacu ibiheregwe […]