Umutumiro w’amasengesho y’Ihanga ry’Imana.
UMUTUMIRO W’AMASENGESHO Y’IHANGA RY’IMANA. Mwese muratumiriwe amasengesho yo kurangiza ukwezi kw’7 no gutangura ukwezi kw’8 URUFATIRO NI: -Umwe wese yihane, atunganywe kandi yezwe kugira ngo aronke uburinzi buva mw’ijuru yongere abe n’igikoresho c’iteka. – Semerere mubwire imiryango yanyu, incuti n’abagenzi bihane bahinduke kuko Umwami araje guhana no guhemba. INYIGISHO 1. Inzira 4 zo kwihanga no […]