“URUGENGO RUGANA UBURUNDI BW’ISEZERANO” ni igitabo kije kivuga ivyo ishitswa ry’amasezerano.
Dr Levi Rukundo yasohoye igitabo kigira kabiri canditse mu rurimi rw’Ikirundi, kikaba n’igitabo kigira icenda asohoye. “URUGENDO RUGANA UBURUNDI BW’IISEZERANO” ni igitabo c’impapuro 230 kirimwo incamake y’amakuba Abarundi bagiye barabona imyaka n’iyindi, kirimwo kandi n’inzira idasanzwe yuzuyemwo ivyizigiro vyo kuyasohokamwo akibagiranwa. Ni igitabo kiza cunganira “ABARUNDI, IHANGA RYATORANIJWE N’IMANA” kigaca kibamwo ubutumwa bw’abemera n’abatemera. Muri […]