Umutumiro w’amasengesho yo kwisonzesha azomara 7 yose kugira ngo Imana ikore ibitangaza mu Barundi
UMUTUMIRO W’AMASENGESHO ADASANZWE KUVA 7 GUSHIKA KURI 13/07/2019 “Ukorere Uhoraho umutwaro wawe, nawe azokuramira: Ntazokwigera akundira umugororotsi kunyiganyizwa” (Zaburi 55: 22) Kandi “Ntimugire ico mwiganyira, ariko muri vyose ivyo mugomba bimenyeshe Imana mu gusenga bifatanije no gukenguruka” (Ab’I Filipi 4:6) Dusenga Imana yumva, Imana ivuga kandi ikora ibitangaza, atakiyinanira. Yamasengesho yo guhamagara Imana mu buryo […]