Abantu batandatu bahitanywe n’ibihomoka muri Uganda
Abantu batandatu bapfuye abandi cumi barakomereka bahitanywe n’ibihomoka mu karere ka Bududa muri Uganda mw’ijoro ry’ejo ku wa kabiri buca ari ku wa gatatu. Ico gitigiri gishobora kwiyongera kuko abantu babandanya barondera ababo babuzwe irengero. Umunyamakuru wa BBC akorera muri ico gihugu, Dear Jeanne, amenyesha ko ivyo bihomoka vyabereye ku mitumba ya Butebulo na Bunamwamba […]