Umutumiro w’amasengesho yo gusengera imitwaro y’Abarundi n’igihugu c’Uburundi
UMUTUMIRO W’AMASENGESHO Y’IHANGA RYERA RY’IMANA Y’IYI NDWI (20/05-27/05/2019) Hanga ry’Imana namwe mwese bakunzi mwese b’umusaraba, “Uhoraho Imana yabwiye abari ku bicaniro vyose mu gihugu no mu mahanga ngo tubabwire yuko igihe cageze co gusemerera no guhamagarira abantu bose kwihana, kwitunganya no guhinduka.”Nkuko Uhoraho Imana yabidutegetse twama dufise amasengesho ya bose kabiri mu ndwi kuwa gatatu […]