Ivyavuye ku musozi w’amasengesho ku gicaniro c’abavugishwa
*IVYAVUYE KU MUSOZI W’AMASENGESHO.* (12/4/2019) Hanga ry’Imana namwe mwese bakunzi b’umusaraba. -Uhoraho Imana akomeza kubatera intege yuko muri Ihanga ryatoranijwe kandi yuko agiye gushitsa vuba ivyo yabasesezeraniye vyose. -Mpwemu Yera ahishuye yuko hariho abakozi b’Imana bariko barivanga abandi bakirongora mukwigisha ibisunitswe na kameremere kabo ivyo navyo bigatuma amashengero asubira inyuma n’intama zikajuragirika. – Twese duhamagariwe […]