Umutumiro w’amasengesho y’Ihanga ry’Imana ryose.
*UMUTUMIRO W’AMASENGESHO YO GUSENGERA IMITWARO Y’ABARUNDI NUBURUNDI* *Imana idusavye kugira amasengesho y’inkomezi ku bugingo bwawe no ku bugingo bw’abarundi kuko satani yicaye ku migisha yawe n’ayo igihugu. Ni ukubohoza amasezerano yawe yose kuko Uhoraho yarayatanze* Hanga ry’Imana namwe mwese mwumva ururimi rw’ikirundi, nkuko Uhoraho Imana yabidutegetse twama dufise amasengesho ya bose kabiri mu ndwi Mercredis […]