Ihanga ry’Imana rifise ibicaniro vy’amasengesho yo kukarago mu gihugu no mu mahanga, abantu bitangira gusengera igihugu n’imitwaro.

IHANGA RY’IMANA rifise ibicaniro vy’amasengesho yo ku karango mu gihugu cacu c’Uburundi no mumahanga uhereye mu bihugu duhana imbibe. Abo bahungu n’abakobwa, aba mama n’aba papa, abatama n’abatamakazi bihebeye umurimo wo gusengera IHANGA RY’IMANA no gusengera imitwaro y’Abarundi bose , abari mu gihugu n’abari mu mahanga; bakongera bagasengera igihugu cacu c’Uburundi ngo Uhoraho Imana Yehovah […]