Golden Bigirimana ati hariho umushusho aguma y’igana ibikogwa vy’Ihanga Ryera ry’Umwami Mana yitwa Muhimpundu Lambert
Mu kiganiro ciwe Haguruka Golden Bigirimana ngo yasanze hari umuntu agenda arasoboka yikurikiza Ihanga ry’Imana yigana ibikogwa vyaryo vyose kugira ngo arondere abo yo yovya. Uwo agenda arahindura amazina, -Mukwigana Radio Isezerano Internationale, itangaza ubutumwa bwiza mu mahanga, aca yifata amajwi maze akarungika imikomo hirya no hino yifatira mu gahanga abakozi b’Imana bose n’umuryango w’umukuru […]