Inyereko ku gihugu c’Uburundi z’umuvugabutumwa Blaise Niragira.
Inyereko z’umuvugabutumwa Blaise Niragira. Hari kuri uyu wa 2 Ntwarante mu masaha y’ijoro aho umuvugabutumwa Blaise Niragira , uwo nawe akaba mu bisanzwe atari yemera ibintu vy’inyereko n’amasezerano, aho yerekwa nkuko avyivugira; ibizoba mu gihugu c’Uburundi. Yabonye hari ikintu kimeze nk’ihema rinini cane kiraza gitwikira igihugu c’Uburundi aho hari abemeye kuja muri iryo hema n’abandi […]