Abantu benshi baza kuri we bazanye abacumbagira n’ibimuga n’impumyi n’ibiragi, n’ abandi benshi, babashira imbere y’ibirenge vyiwe, arabakiza.

MATAYO 15:30 Abantu benshi baza kuri we bazanye abacumbagira n’ibimuga n’impumyi n’ibiragi, n’ abandi benshi, babashira imbere y’ibirenge vyiwe, arabakiza. Alleluya Alleluya Alleluya, Yesu Arakiza ingwara zananiranye, Yesu Aratabara ivyananiranye vy’uburyo bwose, woba uri murabo benshi ! Ikubite imbere y’ibirenge vyiwe, Ntakimunanira, mwubahe Akubahishe, Alleluya. DUSENGE: Mana Mushobora vyose turagushimiye cane kuba utweretse uyu musi […]