Nta co mutinya, canke ngo muranduke imitima kubw’ayo masinzi y’ingabo; ku kw’ intambara atar’iyanyu, ariko n’iy’Imana.

2 NGOMA 20:15 Aravuga, ati Ni mutege amatwi, yemwe Bayuda mwese, namwe ababa i Yerusalemu, nawe Mwami Yehoshafati: uku ni k, Uhoraho agize: ati Nta co mutinya, canke ngo muranduke imitima kubw’ayo masinzi y’ingabo; ku kw’ intambara atar’iyanyu, ariko n’iy’Imana. Alleluya. Reka gucika intege Imana Irakuzi reka gutinya, reka kuranduka umutima kubw’ivyo uriko uracamwo, kubiriko […]