Ivyo abenegihugu bakoresha mu gucana bitera bizimba.
Abo banyagihugu bamenyesha ko ibiciro vy’amakara n’inkwi biguma biduga muri iyi minsi hariko hagwa imvura nyinshi 💬 Nk’uko abaguzi babandanya bavyigana haba mu mitumba canke mu gisagara umufuko w’amakara warazimvye. Bimenyerewe ko ugurwa amafaranga ari hejuru yz 23.000 Fbu ata kuraba ngo ni ay’umukaratusi Uko vyahora bimeze, amakara y’ibiti vy’ishamba yahora atandukanye mu giciro n’ay’umukaratusi […]