Igiturire kiguma ciminogoza mu Burundi

I Ngozi, bamwe muba polisi baracarya ibiturire: Abaporisi bakorera mu ntara ya Ngozi baragirizwa ko barangwa n’inyifato mbi harimwo kwaka ibiturire ku mabarara canke ku ma station atanga ibitoro,akaborerwe no kwiha akazi ko gufata amapikiki atawabibatumye. Ivyo bikaba vyemejwe n’uwurongoye igipolisi mu ntara ya Ngozi aho amenyesha ariko ko muri rusangi iyo ngeso iriko irakosorwa. […]