INTAHE N’AMASHIMWE K’UHORAHO IMANA YACU KUBWABO MUBONA KW’IFOTO

Dufise amashimwe menshi n’intahe ihambaye aho Umwami wacu Yesu Kristo aguma yigaragaza mw’Ihanga ry’Imana. Yesu Kristo ni Uhoraho kandi yavuze yuko atazodutetereza. Ni mudufashe gukura ubwatsi no gushimira Imana kuko yumva amasengesho y’abakozi yitoranirije ngo bamukorere mu kuri no mu Mpwemu. Abavugabutumwa, abasenzi n’abinginzi b’Ihanga ry’Umwami Mana basengeye uyu muryango mubona none warishuwe, ni akanyamuneza. […]