Umutumiro wo gusengera imitwaro y’Abarundi bose n’igihugu c’Uburundi
Umutumiro w’amasengesho yo gusengera imitwaro y’Abarundi bose, Ihanga ry’Imana n’Uburundi Nkuko Uhoraho Imana yabidutegetse twama dufise amasengesho ya bose kabiri mu ndwi Mercredis na Samedis. Uretse amasengesho adasanzwe abera ku bicaniro canke ivyumba vy’amasengesho twita kukarago, dusanganywe bitandukanye, ayabera mu migwi itandukanye y’ intara kama, whatsapp na Facebook, abari I Bulaya basanzwe basenga Lundi, Aziya […]