Mugenzawe ni yakugirira nabi,ugende umuhishuke mwiherereye; niyakwumvira,uzoba wigaruriye mugenzawe.

MATAYO 18:15 Mugenzawe ni yakugirira nabi,ugende umuhishuke mwiherereye;niyakwumvira,uzoba wigaruriye mugenzawe. Ariko n’atakwumvira,ujane umwe canke babiri,kugira ngw’ijambo ryose rize riringanizwe,bivuye mu kanwa k’ivyabona bibiri canke butatu. N’atabumvira ubwire ishengero; niyanka kwumvira ishengero na ryo azoba nk’umunyamahanga n’umutozakori. Hari ikibazo ubajijwe ngo: *Mbega iyo ugiriraniye ikibazo na mugenzawe, uhora ubugenza gute?* Mbega ntabwo ucugenda uramwararaza? Nimba waravyitwayemwo […]