Ubutumwa bugenewe abakozi b’Imana bakorera ku mbunga ngurukana bumenyi n’abakorera mu mashengero atandukanye
*Ubutumwa bugenewe abakozi b’Imana bakorera ku mbunga ngurukana bumenyi n’abakorera mu mashengero atandukanye* Bagenzi, bakozi b’Imana namwe mwese ncuti z’umusaraba, tugire umutima nk’uwari mu ntumwa za Yesu Kristo wo kwama duharanira kumenya no kumenyesha ukuri kwose mu kwuzurizanya ata gucokorana muri uyu murimo wo kwamamaza ubutumwa bw’ubwami bw’Imana. Hariho abo inyigisho zabo zihagarara ku kwubaha […]