Nta gihwanye nawe, Uhoraho, kuk’ uhambaye, kand’izina ryawe rikaba irihambaye kubw’ububasha bwawe.
YEREMIYA 10:6-7 Nta gihwanye nawe, Uhoraho, kuk’ uhambaye, kand’izina ryawe rikaba irihambaye kubw’ububasha bwawe. Ni nde atogutinya ga Mwami w’ amahanga? kuko bikubereye; kuko mu banyabwenge bose bo mu mahanga, uko bagatsindaje kwose nk’abami, ata wuhwanye nawe. Alleluyaaaaa ncuti mukundwa, Menya ububasha bw’Imana yacu uko bungana, ni wumva ko itari igikanganyoni kitavuga, oya si bayari […]