Amafaranga mu Burundi aguma anyika ngo yasubiriye kubura kandi.
Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye ntako atagize kugira ngo amafaranga y’igihugu agume muri banki ariko bisa n’ivyamutaye kuw’amazi. Yarahinduye inoti, arakura n’izindi mu bantu ( démonétisation) azana amafaranga mashasha mugabo biba impfagusa. Iryo bura ry’amafaranga y’amarundi ryaherekejwe n’ibura ry’ amafaranga mvamakungu. Mbere yahavuye atangaza yuko abahinga ba FMI na Bank Mondiale bamwagirije yuko ariwe Ivyo vyose […]