Umwanditsi wa BEBA Gidiyoni, Niyungeko Salvatori aravuye mu gacerere

UMUHANUZI NIYUNGEKO SALVATOR YARI UMWANDITSI WA BEBA GIDIYONI ARAVUYE MU GACERERE ATI NI MWIHANE MWEZWE KUKO IVYO IMANA YAVUZE BIRASHITSE NI MUVYITEGE. Niyungeko Salvator aturuka mu Ntara ya Makamba yari umwanditsi w’Umuvugishwa BEBA Gidiyoni. Niwe yadushikirije amabanga y’ivyo Umuvugishwa BEBA Gidiyoni yavugishijwe vyose ku gihugu c’Uburundi n’ayandi mahanga. Kubera yuko BEBA Gidiyoni atarazi kwandika, Salvatori […]